Hoseya 11:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Inkota izogwa ku bisagara vyabo, izohimbagura imyugariro yabo, iyiherengeteze, bazize imigabo yabo. Gade chapit la |
ubgire ico kibira caho, uti Ni wumve ijambo ry’Uhoraho: uku ni k’Umwami Uhoraho agize, ngw Ehe ngira nkudomekek’ umuriro kand’ uzotongora igiti kibisi cose co muri wewe, n’igiti cumye cose: ibirimi vy’ibibengebenge vyawo ntibizohwamikwa, mu maso h’abantu bose hazobabuka uhereye i bumanuko ukageza i burārūko.