Filipi 3:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 azohindura imibiri y’ubufafara bgacu, ishushanywe n’umubiri w’ubgiza bgiwe, nk’ukw afise ubushobozi bumubashisha kwigandurira vyose. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe21 Azofata umubiri wacu w’intege nke kandi upfa, awuhindure umubiri w’ubwiza usa n’uwiwe, muri bwa bushobozi afise bumushoboza gushira vyose musi y’inganji yiwe. Gade chapit la |