Filipi 2:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 ariko yīsiga ubusa, yābīra ishusho y’umugurano, acika ūsa n’abantu. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe7 Ahubwo, yiyambuye ubumana bwiwe, yambara ishusho y’umugurano, acika uwusa n’abantu. Gade chapit la |
Maz’ ayo mayinga ukw ari mirongwitandatu n’abiri ni yashira, Mesiya azokūrwaho, kandi nta wuzomusubirira mu gishingo. Maze segaba wundi azoza, abantu biwe bazosangangura igisagara n’ahantu hēra; arikw iherezo ryiwe azotembanwa n’umuvo; kand’ intambara zizorinda zishitsa no kw iherezo; ubugesera bgashinzwe ko buzotera.