Filipi 2:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 kand’ umuntu wese ntiyiyumvire ivyiwe gusa, ariko yiyumvire n’ivy’ abandi. Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe4 Ntihagire ico mukora muronderera inyungu zanyu gusa, ariko mwiyumvire no ku nyungu z’abandi. Gade chapit la |