Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Filipi 2:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Nuk’ uwo ni we nizigiye yukw ari we nzoca mbatumako, aho nzomenyera ibizombako.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

23 Nizigiye kuzoca ndamubarungikira maze kubona uko ivyanje bizoba vyifashe.

Gade chapit la Kopi




Filipi 2:23
3 Referans Kwoze  

Ariko nizigijwe n’Umwami Yesu yuko nzobatumako Timoteyo vuba, kugira ngo nanje nze nshire umutima hamwe, ni namenya ivyanyu.


Bukeye Dawidi aja i Misipa h’i Mowabu, asaba umwami w’i Mowabu, ati Ndakwinginze, wemerere data na mama bimukire ino, babe i wawe gushitsa aho nzomenyera ico Imana izongirira.


Izindi zigwa ku rutare, hatar’ ivu ryinshi; zica zimera vuba, kukw ata vu ryinshi ririho.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite