Filipi 1:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Kukw ico mwagabiwe kubga Kristo, atar’ ukumwizera gusa, ariko mwagabiwe no kubabazwa kubgiwe; Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe29 Kuko mutagiriwe ubuntu bwo kwizera Kristo gusa, ahubwo mwahawe n’ubwo gushobora kubabazwa ku bwiwe. Gade chapit la |