Filipi 1:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Kandi ko nizigiye ivyo, ndazi neza yuko nzogumaho, nkabana namwe mwese, kugira ngo muje imbere, munezererwe ukwizera; Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe25 Kandi kubera ivyo ndazi ntakekeranya ko nzokomeza kubaho, kugira ngo nkomeze kubafasha gukura no kwumva umunezero uva mu kwizera. Gade chapit la |