Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Filipi 1:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Har’ ico biriko? Kizima mu buryo bgose, ari mu buryarya ari mu kuri, Kristo avugwa, kand’ ivyo ndabinezererewe, kandi nzokwama mbinezererwa;

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Ariko ntaco bitwaye. Babikora mu kuri canke babikora mu buryarya, igihambaye ni uko Kristo ariko aravugwa. Kandi ivyo ndabinezererewe, mbere nzokomeza kubinezerererwa.

Gade chapit la Kopi




Filipi 1:18
13 Referans Kwoze  

Yesu aramubgira, ati Ntimumubuze, kuk’ ūtar’ umwansi wanyu ari mu ruhande rwanyu.


Nukw ari jewe ar’ abo, ivyo ni vyo tubabarira, namwe ni vyo mwizeye.


Nuko ngire nte? Nzosengesha impwemu yanje, ariko kandi nzosengesha n’ubgenge: nzoririmbisha impwemu yanje, ariko kandi nzoririmbisha n’ubgenge.


Barya ingo z’abapfakazi, kandi basengesha menshi bahumba: abo bazocirwa urubanza ruruta izindi.


Muzobona ibara, mwebge abanyabgenge b’ivyanditswe n’Abafarisayo, mwa ndyarya mwe, kuko mwugarirana ubgami bgo mw ijuru imbere y’abantu: kandi ntimubginjiramw’ ubganyu, n’abagomba kubginjiramwo ntimubakundira. [


Nukw ico mvuga n’igiki? Mbega mvuga yukw icaterekerejwe ikigirwamana ar’ ikintu, canke yukw ikigirwamana ar’ ikintu?


Nuko tugire dute? Mbega dukore ivyaha, kuko tutaganzwa n’ivyagezwe, ariko tuganzwa n’ubuntu? Biragahera.


Nuko tuvuge iki? Mbega turuta abandi? Oya, ntitubaruta na gatoya, kuko tumaze kwagiriza Abayuda n’Abagiriki bose ko baganzwa n’icaha:


Bayoberwa iryo jambo, kandi bararihishwa ngo ntibarimenye, batinya kurimubaza iry’ ari ryo.


kuko nzi yukw ivyo bizomviramw’ agakiza, munsengeye kandi ndonkejwe Mpwemu wa Yesu Kristo;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite