Filipi 1:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Bene Data, ndagomba ko mumenya yukw ivyambāyeko cane‐cane vyashize imbere ubutumwa bgiza: Gade chapit laBibiliya mu Kirundi coroshe12 Bene Data, ndashaka ko mumenya ko ivyanshikiye vyatumye Ubutumwa Bwiza butera buja imbere. Gade chapit la |
Nuko mu kwezi kw’icumi na kabiri kwitwa Adari, ku musi wakwo w’icumi na gatatu, ari wo musi nyene icagezwe c’umwami n’iteka ryiwe vyari bishitse ku ntaho, ni wo musi abansi b’Abayuda bāziga ko babahagarara ku gakanu; ariko birahinduka, Abayuda baba ari bo bahagarara ku gakanu abari babafitiye urwanko.