9 Nuk’ umwami Dariyo asinya ku candiko c’ico cihanikirizo.
Ntimukishimire abahambaye, Cank’ umwana w’umuntu n’ umwe, ata co yoshobora gukiza.
Kugira Uhoraho ubuhungiro kuri n’ikimazi Kuruta kwizigira abahambaye.
Ni mureke kwishimira abantu, abari n’impwemu gusa mu mazuru yabo: mbega bamaze iki?
Uba utezwe n’amagambo yo mu kanwa kawe, Uba ufashwe n’amagambo yo mu kanwa kawe.
Umwami avyemeye, hoshingwa ibgirizwa ry’umwami, maze rikandikwa mu vyagezwe vy’Abaperesi n’Abamedi, rikoya guhinduka, yuko Vashiti atazokwongera guseruka imbere y’umwami Ahasuwerusi; kandi n’icubahiro ciwe c’ubgamikazi agihe uwundi amurusha kwubaha.