Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Daniyeli 5:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Kandi bari bamaze kunzanira abanyabgenge b’abapfumu kugira ngo bansomere iyo nyandiko, bammenyeshe ukw isobanurwa; ariko ntibashoboye kuvuga uko bisobanurwa.

Gade chapit la Kopi




Daniyeli 5:15
6 Referans Kwoze  

Nuko hagararana amahezayo yawe, n’ivy’ ubupfumu bgawe uko bingana, ivyo wakobereje uhereye mu buto bgawe: namba kumbure vyogira ico bikumarira, namba kumbure vyogushoboza.


Izo nzozi ni jewe umwami Nebukadineza nazirose; nuko rero Beluteshaza, enda vuga uko zisobanurwa, kw abanyabgenge bose bo mu gihugu canje badashoboye kummenyesha uko zisobanurwa; ariko weho urabishobora, kukw impwemu z’imana zera ziri muri wewe.


Numvise bakuvuga ngw impwemu z’imana ziri muri wewe, kandi ng’ umuco no gutahura n’ubgenge bg’agahebuza bikubonekamwo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite