10 Maz’ umugabekazi, yumvise amajambo y’umwami n’abaganwa biwe, yinjira mu nzu y’amazimano, aravuga, ati Mugenzi nyaguhoraho, nta co uhagarika umutima, ngo mu nyonga hawe hahindurire:
Babgira umwami Nebukadineza, bati Mugenzi nyaguhoraho:
Nukw abo bakuru n’ abaganwa bakondorera ku mwami Dariyo, baramubgira, bati Mwami nyaguhoraho;
Maz’ Abakaludaya bishura umwami mu rurimi rw’igisiriya, bati Mugenzi nyaguhoraho, uturotorere izo nzozi, twebge abasavyi bawe, duheze tukumenyeshe uko zisobanurwa.
Maze Daniyeli yishura umwami, ati Mugenzi nyaguhoraho,
None rero n’iki gituma munyirurisha ivy’ ubusa? Ibisigaye mu vyo munyishura n’ibinyoma bisa!
Ariko mwebge mur’ abarementanya ibinyoma; Mwese mur’ abavūzi b’imburakimazi.
Maze Batisheba akubita inkoro hasi, yunamira umwami Dawidi, aravuga, at’ Uragahora ku ngoma, mwami wanje nyen’ ingoma.
Maze mu nyonga h’ umwami harahindurira, ivyiyumviro vyiwe bimuhagarika umutima; ingingo z’amatako yiwe ziradohoka, amavi arakomangana.