Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Daniyeli 4:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Ivyo nerekewe mu mutwe ndi ku kirwa n’ibi: Nagize ntya, mbona igiti c’inganzamarumpu gitabamye mw isi hagati.

Gade chapit la Kopi




Daniyeli 4:10
7 Referans Kwoze  

Ndota inzozi zintera ubgoba; ivyiyumviro nagize ndi ku kirwa, bo n’ivyo nerekewe mu mutwe bimpagarika umutima;


Warababaditse, mbere bashinga imizi; barakura, mbere no kwama barāma: uhora hafi mu kanwa kabo, arik’ ukaba kure y’imishaha yabo.


Maze numva uwera avuga; kand’ uwundi mu bera abaza umwe yabanje kuvuga, ati Bizogeza ryari ivyerekanywe vy’ikimazi cahora gitangwa, n’ivy’ igicumuro kizanye ubugesera, gitumye ahantu hēra n’ingabo bitangwa bigasiribangwa?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite