Daniyeli 3:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Nuk’ umwami Nebukadineza atuma gukoranya ivyēgēra vyiwe n’abaganwa n’abagabisha n’abajanama bakuru, n’abazezwabintu n’abacamanza n’abashingantahe n’abatware bose bo mur’ ivyo bihugu, ngo baze guhezagira ico gishushanyo umwami Nebukadineza yari yahagaritse. Gade chapit la |
Yerobowamu ashinga ko haba umusi mukuru mu kwezi kw’umunani, ku musi wakwo w’icumi na gatanu, uhwanye n’umusi mukuru bāgira i Buyuda, yosereza ibimazi ku gicaniro; n’i Beteli ni ko yabigenza, aha ibimazi vya bishushanyo vy’amamasa yacurishije. I Beteli ahashira abaherezi b’ivyo bitabo yatabishije ku mpinga z’ imisozi.