Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Daniyeli 3:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Nuko Nebukadineza araraka, arashungumirwa, avuga ko bafata Shaduraka na Meshaki na Abedunego. Nuko babazana imbere y’umwami.

Gade chapit la Kopi




Daniyeli 3:13
15 Referans Kwoze  

Maze Nebukadineza uburake buca buramusaza, mu nyonga hiwe harahindurira, atera igitsure Shaduraka na Meshaki na Abedunego: agera ko bakomanya itanure ngo rirushe uko ryahora ryaka ibihetangabo ndwi.


Ivyo bitera umwami kuraka, arashangashirwa rwose, agera ko bageseza abanyabgenge b’i Babuloni bose.


Imisi mike ishize, Feliki azanana n’umugore wiwe Durusila w’Umuyudakazi, ahamagaza Paulo, yumviriza ivyo avuga ku vy’ukwizera Kristo Yesu.


Arikw ivyo vyose bitarabaho bazobashōrerakw amaboko, babahame, babashengerane mu masinagogi, babashirishe mu mabohero, babashengeze ku bami no ku baganza, babahōra izina ryanje:


Ariko bo birabasaza rwose, baja inama y’ico bogira Yesu.


Ariko mwiyubare: kuko bazobashengerana mu manza, muzoshishagurirwa mu masinagogi, kandi muzohagarara imbere y’abaganza n’abami babampōra, mube ikimenyetso kibabere icabona.


Bazobajana imbere y’abaganza n’abami babampōra, muzoba ikimenyetso kibabere icabona, bo n’abanyamahanga.


Umuntu ashungumirwa avyura imitongano, Kand’ umuntu w’inkazi agira ibicumuro vyinshi.


Ibuye rirarivye, umusenyi uraremereye, Arik’ umwikomo w’igipfu urusha vyompi uburemerezi.


Umuntu yopfuma ahūra n’ igikōko citwa idubu ciciwe ibibgana vyaco, Hakw ahūrira n’igipfu mu bupfu bgaco.


ariko ntiyākīrira Kayini ishikanwa ryiwe. Maze Kayini araraka cane, mu maso hiwe harijirwa.


Nuk’ uwo mukuru w’inkone abīta ayandi mazina: Daniyeli amwita Beluteshaza, Hananiya amwita Shaduraka, Mishayeli amwita Meshaki, Azariya amwita Abedunego.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite