Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Daniyeli 11:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Bukeye hazovyuka uwundi mu gishingo ciwe, azorungika umutozakori mu gihugu kirushirije kuba ciza co mu bgami bgiwe; ariko mu misi mike azokenyurwa, ata mitongano cank’ intambara.

Gade chapit la Kopi




Daniyeli 11:20
7 Referans Kwoze  

Mu gishingo c’imiringa nzozana izahabu, no mu gishingo c’ivyuma nzozana ifeza; nzane imiringa mu gishingo c’ibiti, n’ ivyuma mu gishingo c’amabuye; nzokwimika amahoro abe ari yo akuganza, n’ukugororoka abe ari kwo kugutwara.


Bukeye mu gishingo ciwe hazovyuka umuntu w’inkēngērwa, atāhawe icubahiro c’ubgami; arikw azoza mu gihe c’impore, yironkeshereze ubgami ubuhemanyi.


Ariko mu ngundu zo ku gishitsi c’i wabo hazovyuka ūzosubira ku ngoma ya se, azoja mu ngabo, atere amaboma y’ umwami w’i burārūko ayinjire, abaho abagire ukw agomba, agire intsinzi;


Kuko gutērera amata kurēsa amavuta, No guhotora izuru kuzana amaraso, Ni ko kandi no kuvyura uburake kuzana imitongano.


Nuko Yehoyakimu aha Farawo ayo mafeza n’amazahabu; mugabo kugira ngw aronke ayo mahera yo gutanga, nk’uko Farawo yageze, yarinze kuyatoza igihugu; ukw aciriye umuntu wese, ni ko yatse igihugu ayo mafeza n’amazahabu, kugira ngw abihe Farawo‐neko.


Imbūri uwavugishwa n’Imana Habakuki yeretswe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite