Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Daniyeli 10:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Nuko jeho nsigaraho nd’umwe, mbona ivyo vyerekanywe bihambaye, maze sinasigarana inkomezi na nkeya, mu maso hanje harahīndāna, ndadendebukirwa.

Gade chapit la Kopi




Daniyeli 10:8
15 Referans Kwoze  

Ayo majambo agarukiye aho. Ariko jewe Daniyeli ivyiyumviro vyanje bimpagarika umutima, mu maso hanje harahindurira; arikw ayo majambo ndayabīka mu mutima wanje.


Ndavyumvise, amara yanje aradobangana, Iminwa yanje iradegezwa kubg’ iryo iwi; Ikimungu cinjira mu magufa yanje, mpindira agashitsi aho ndi; Nkwiye guhangana n’umusi w’amagorwa nduhutse, Igihe abansi bazotēza ubgoko bgacu ibitero.


Maze jewe Daniyeli nca ncika intege, mmara imisi ndwaye. Hanyuma mva hasi, nkora ibikorwa vy’umwami; ntangazwa n’ivyo neretswe, kandi nta wobitahura.


Ndamubonye, nikubita imbere y’inyundo ziwe nk’ūpfuye; maz’ anshirak’ ukuboko kw’i buryo, ati Ntutinye; jewe nd’ uwa mbere kandi nd’ uw’ iherezo,


Ntiyar’ azi ico akwiye kuvuga, kuko bari baguye igihūmura.


Abigishwa bavyumvise, bubama hasi baratinya cane.


Kandi kugira ngo noye guterwa kwishira hejuru birenze urugero, mbitewe n’uko nahishuriwe ibirushiriza kuba ibihambaye, ni co catumye mpabga igisata mu mubiri, intumwa ya Satani yo kunkubita ibipfunsi, ngo noye guterwa kwishira hejuru birenze urugero.


Mbona yēgereye iyo mpfizi y’intama, irayishamira, irayisekura, iyivuna ayo mahembe yompi; kand’ iyo mpfizi y’intama ntiyagira inkomezi zo kuyihagarara imbere, arikw iyo mpene iyikubita hasi, irayisiribanga; kand’ iyo mpfizi y’intama ntihāboneka ūshobora kuyikiza ya mpfizi y’impene.


Izuba rirasa akirenga Peniyeli, agenda acumbagira itako ryiwe.


Igihe kigira kize, mbere kirashitse, aho muhava musābagira, umuntu wese aje mu vyiwe, munte jenyene, ariko sindi jenyene, kuko Data ari kumwe nanje.


Mose arīvuganya, ati Hinge nkīkame ndābe karya katābonetse, mmenye igituma igisaka kidatemutse.


Maze haza ūfise ishusho nk’iy’ abana b’abantu, akora ku munwa wanje; nca nteranura akanwa, ndavuga mbarira uwar’ ampagaze imbere, nti Databuja, ivyo neretswe vyatumye nsinzikazwa n’umubabaro, ndadendebukiwe.


Mbega nkanje, umusavyi wawe, noshobora nte kuvugana nawe, databuja? Ko jewe ata magara ngisigaranye, numva mpwereye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite