Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Daniyeli 10:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Arambgira, ati Daniyeli, muntu w’ umukundwa cane, utahure amajambo ngira nkubgire, va hasi uhagarare, kuk’ ubu ngutumweko. Amaze kumbgira iryo jambo, mpagarara mpinda agashitsi.

Gade chapit la Kopi




Daniyeli 10:11
15 Referans Kwoze  

Ariko va hasi, hagarara n’ibirenge vyawe: kukw igitumye nkwiyereka, ar’ukugira ngo ngutoranye nkugire umukozi wanje n’icabona co gushingira intahe ivy’ umbonanye, n’ivyo nzokwiyerekeramwo;


Bava mu mva, barahunga, kuko bari bafashwe n’agatengo n’akumiza, maze ntibāgira ico babgira umuntu n’umwe, kuko batinye. [


Arambarira, ati Mwana w’ umuntu, vyuka uhagarare n’ ibirenge vyawe, mbone kugira ico nkubarira.


ariko va hasi, ushike mu gisagara, uzobarirwa ivy’ ukwiye gukora.


Petero arakebuka, abona wa mwigishwa Yesu yakunda abakurikiye, umwe yari yegamiye mu gikiriza ca Yesu hamwe bāsangira, akamubaza, ati Mugenzi, ni nde azokugura?


Hārih’ umwe mu bigishwa biwe yari yegamiye mu gikiriza ca Yesu bariko bararya, umwe Yesu yakunda.


Arambgira, at’ Ewe muntu w’umukundwa cane, nta co utinya: mpore, mpore, gira amahoro! Akibimbgira, nca ndaremerana, ndavuga, nti Databuja n’uvuge, kuk’ unsubijemw’ intege.


Nta binōbōye narya, nta nyama canke vino vyangera no mu kanwa kandi sinaruha nīsīga amavuta, gushitsa ah’ ayo mayinga ukw ar’ atatu yose ashiriye.


Ni co kizotuma umwami agomwa igikundiro cawe, Kukw ari we Mwami wawe, nawe umwunamire.


Ivyo bihindisha agashitsi umutima wanje, Ukamvamwo.


Nd’ uw’ umukunzi wanje, Na we ndamuteye igomwe.


naho coba kirimwo Nowa na Daniyeli na Yobu, abo ukw ari batatu, ukugororoka kwabo kwokiza ayabo magara gusa, ni k’ Umwami Uhoraho agize.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite