Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Amosi 5:9 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 ni we atuma agatikizo gasūmira abanyenkomezi, kagashika no ku bihome bikomeye.

Gade chapit la Kopi




Amosi 5:9
7 Referans Kwoze  

no kuzimya ubukare bg’umuriro, no gukira ubugi bg’inkota, no guhindurwa mu ntege nke ngo zicike inkomezi, no kuba agahebuza mu ntambara, no kunesha ingabo z’abanyamahanga.


kandi nzorandura ibisagara vyo mu gihugu cawe, mpomvagurire hasi amaboma yawe yose;


Kuko naho mwotikiza ingabo zose z’Abakaludaya babarwanya, hagasigaramw’ abakomeretse basa, na ho nyene bova hasi, umuntu wese aho yar’ ari mw ihema ryiwe, bagatongoza iki gisagara umuriro.


Hanyuma Yehowasi mwene Yehowahazi agarura ibisagara Beni‐hadadi mwene Hazayeli yari yaranyaze se Yehowahazi mu ntambara. Yehowasi amunesha gatatu, agarura ibisagara vy’i Bgisirayeli.


Araheza aravuga, at’ Ugurura idirisha ryerekeye i burasirazuba; bararyugurura. Maze Elisa aramubarira, ati Rasa; nukw ararasa. Elisa aravuga, ati N’umwampi w’Uhoraho w’intsinzi, ni wo mwampi wo kunesha i Siriya; kukw ari wewe uzorwanira n’Abasiriya muri Afeka gushitsa ah’ uzobaherengetereza.


Arikw ingabo z’abansi bawe zizohava zihinduka nk’umukungugu wiseye, n’ingabo z’agaterabgoba zizohinduka nk’umuguruka utumuka: mber’ ivyo bizobabera birtyo giturumbuka mu kanya gato.


Ūbangutse azobura ukw ahunga, n’umuhizi nta co ubuhizi bgiwe buzomumarira, n’intōre ntizoruha yikiza;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite