Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Amosi 3:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Cank’ inyoni yogwa mu mutego uri hasi, kand’ udatezwe? Umutego woshibuka ata co ufashe?

Gade chapit la Kopi




Amosi 3:5
6 Referans Kwoze  

Kukw abantu batazi igihe cabo na mba; nk’ ukw amafi afatwa n’urusenga rw’ ubugesera, kandi nk’ukw inyoni zifatwa n’umutego, uko ni kw abana b’abantu bafatwa n’umutego w’igihe c’ubugesera, kibaguyeko giturumbuka.


Ni co catumye Uhoraho ashira umutima kur’ ivyo vyago, akabiduteza; kuk’ Uhoraho Imana yacu ari yo igororoka mu bikorwa vyayo vyose ikora; ariko twebge ntitwumviye ijwi ryayo.


Maz’ ico gihe, nk’uko nabahozakw igitsure ngo mbarandure, mbahomvore, mbasangangure, mbahonnye, mbababaze, ni ko nzobahozakw ijisho ngo mbubake mbatēragire, ni jewe Uhoraho mbivuze.


Abībone banteze umutego n’ igitsiburira; Banteze ururiba i ruhande y’inzira; Banteze ibigāmo. Sela.


Cank’ intambge yokwivugira mu kibira ata co yishe? Umugunza w’intambge wotontomera mw isenga ryawo ata co wafashe?


Cank’ inzamba yovugirizwa mu gisagara, abantu ntibakanguke? Canke har’ icago cotera igisagara, Uhoraho atakirekuye?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite