Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abanyefeso 4:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Arik’ umuntu wese muri twebge yahawe ubuntu, nk’uko tugererwa ingabire ya Kristo.

Gade chapit la Kopi

Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Ariko umwe wese muri twebwe yahawe ubuntu nk’uko Kristo yabigenye.

Gade chapit la Kopi




Abanyefeso 4:7
13 Referans Kwoze  

Ndabgira umuntu wese muri mwebge, mbgirijwe n’ubuntu nahawe, yoye kwifata ukw atari, yamara yiyumvire yitonze nk’ukw Imana yagereye umuntu wese ukwizera.


Nk’uk’ umuntu wese yagabiwe ingabire muzigaburirane, nk’uko bibereye ababgiriza beza b’ubuntu bg’Imana bg’uburyo bginshi.


namba mwarumvise ububgiriza bga bga buntu bg’Imana nahawe kubagaburira:


Jewe, uwuri mu nyuma y’uwo mu nyuma y’abera bose, naherewe ubgo buntu kubgira abanyamahanga ubutumwa bgiza bg’itunga rya Kristo ritagira aho riherera,


Umwe amuha italanto zitanu, uwundi zibiri, uwundi imwe, uk’ umuntu wese ashobora, aja mu mahanga.


Uwo Imana yatumye, ni we avuga amajambo y’Imana, kukw idatanga Mpwemu ku ngero.


Kandi ko dukorana na yo, turabinginga, ntimuhērwe ubuntu bg’Imana gupfa ubusa:


Imana ifatanije na bo kugashingira intahe, iyishingisha ibimenyetso n’ibitangaza n’ibikomeye vy’uburyo bginshi n’ingabire za Mpwemu Yera zagabanganijwe nk’uko yagomvye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite