Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 9:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Araheza akerera ikimazi co kwoswa; abana biwe bamuhēreza amaraso, ayamijagira ku gicaniro impande zose.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 9:12
9 Referans Kwoze  

Kandi mugendere mu rukundo, nk’uko Kristo na we yabakunze, akatwigura, akatubera ishikanwa n’ikimazi bihabga Imana, umubabge umota neza.


Abana biwe bamuhēreza amaraso, ayajōbekamw’ urutoke, ayasīga ku mahembe y’igicaniro, ayandi ayavyagiza hasi hambavu y’igicaniro:


Maz’ inyama zaco n’urusāto abituririra inyuma y’aho bashagaje.


Maze bamuhēreza ivy’ ico kimazi, bamuha ibice vyaco kimwe‐kimwe bo n’ umutwe waco, avyosereza ku gicaniro.


Aroni yishura Mose, at’ Ereg’ uyu musi batanze ikimazi cabo gitangiwe ivyaha, bo n’ikimazi cabo co kwoswa, bakabitangira imbere y’Uhoraho; kand’ ehe rāba ayo nabonye: mbega non’ uyu musi iyo ndya ico kimazi catangiwe ivyaha, ivyo vyari kuba ari vyiza imbere y’Uhoraho?


Azana n’ikimazi co kwoswa, agitanga nk’uko vyagezwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite