Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 8:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Kandi muri ya ndumane irimw’ imitsima itambiwe iteretse imbere y’Uhoraho, akūramw’ umutsima umwe, n’agatsima kamwe kācumbanywe n’amavuta ya elayo, n’akandi kamwe kabēhūye, ayishira kur’ ivyo binure no kur’ ico gikenye c’ ukuguru kw’i buryo.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 8:26
5 Referans Kwoze  

wābīre n’umutsima umwe muri ya yindi, n’ agatsima kamwe kācumbanywe n’amavuta ya elayo, n’akandi kamwe kabēhūye, uyikūye muri ya ndumane y’imitsima itambiwe izoba iteretse imbere yanje;


Kuko har’ Imana imwe, kandi har’ Umuhūza umwe w’Imana n’abantu, na we nyene n’umuntu, ni Kristo Yesu,


Ibimenyetso n’ibitangaza vyinshi bikorwa mu bantu n’amaboko y’intumwa: kandi bose bākoranira mw ibaraza rya Salomo n’umutima uhūye:


Kand’ uwo Jambo yihaye umubiri, abana natwe, twitegereza ubgiza bgiwe, n’ubgiza bumeze nk’ubg’ Umwana w’ikinege ava kwa Se, yuzuye ubuntu n’ukuri.


Maze yābīra ibinure vyayo, n’umurizo wayo uko wagahometsekw ibinure, n’urubambanda rwose rwōrōshe amara, n’agashami gatoya k’igitigu, n’amafyigo yompi, n’ibinure vyo kuri yo, n’igikenye c’ukuguru kwayo kw’i buryo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite