Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 8:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Atakw azana bene Aroni, na bo nyene akoza amaraso ku matwi yabo y’i buryo ahahera hejuru, no ku bikumu vyabo vy’i buryo, no ku mano yabo manini y’i buryo: ayandi maraso ayamijagira ku gicaniro impande zose.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 8:24
4 Referans Kwoze  

Uheze uyikerere, wābīre ku maraso yayo, uyakoze ku gutwi kw’i buryo kwa Aroni ahahera hejuru, no ku matwi y’i buryo y’abana biwe ahahera hejuru nyene, no ku bikumu vyabo vy’i buryo, no ku mano yabo manini y’i buryo, ayandi uyamijagire ku gicaniro impande zose.


Maze yābīra ibinure vyayo, n’umurizo wayo uko wagahometsekw ibinure, n’urubambanda rwose rwōrōshe amara, n’agashami gatoya k’igitigu, n’amafyigo yompi, n’ibinure vyo kuri yo, n’igikenye c’ukuguru kwayo kw’i buryo.


Uwo muherezi yābīre ku maraso y’ico kimazi c’impongano, ayakoze ku gutwi kw’i buryo kw’uyo arikw arahumanurwa, ahahera hejuru, no ku rukumu rwiwe rw’i buryo, no kw ino ryiwe rinini ry’i buryo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite