Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 8:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Araheza azana ya mpfizi y’intama yindi, ari yo yo kubinjiza mw ibango, Aroni n’abana biwe bayirambika ibiganza mu ruhanga.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 8:22
10 Referans Kwoze  

ati Jana Aroni n’abana biwe, na ya myambaro na ya mavuta yo kurobanuza abahabga ibango, na ya masa y’ikimazi co gutangirwa ivyaha, na za mpfizi z’intama zompi, na ya ndumane irimw’ imitsima itambiwe;


ngw aryīshīre, ar’ ishengero rifise ubgiza, ridafise amarabaga cank’ injebejebe cank’ ikintu cose gisa girtyo, ariko ngo ribe iryera ridafise agasembga.


Bagabo, mukunde abagore banyu, nk’uko Kristo na we yakunze ishengero, akaryigura,


Umwe atigeze kumenya icaha, Imana yamuhinduye icaha kubgacu, kugira ngo muri we duhinduke ukugororoka kw’Imana.


Ni yo ibaha kuba muri Kristo Yesu, yaduhindukiye ubgenge buva ku Mana, n’ukugororoka n’ukwezwa n’ugucungurwa:


kandi nanje niyeza kubgabo, kugira ngo na bo babe bejejwe mu kuri.


Maze Mose yābīra inkoro, arayizunguza ngw ibe ishikanwa rizungurijwe imbere y’Uhoraho: uwo war’ umwanya wa Mose wo kur’ iyo mpfizi y’intama yo kubinjiza mw ibango, nk’uk’ Uhoraho yari yaramubariye.


Ico ni co cagezwe co ku kimazi co kwoswa, n’ico kw ishikanwa ry’ amafu, n’ico ku kimazi gitangirwa ivyaha, n’ico ku kimazi c’impongano, n’ico ku vyo kwinjiza abaherezi mw ibango, n’ico ku bimazi vy’ishimwe,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite