Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 7:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Kuko ya nkoro ishikanishwa kuzunguzwa, na ca gikenye c’ukuguru kigerewe abaherezi, mbishinguye ku bimazi vy’Abisirayeli vy’ishimwe, mbihaye Aroni umuherezi, n’abana biwe, kuba umuturi bazohora bashingura mu Bisirayeli ibihe vyose.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 7:34
12 Referans Kwoze  

Uyu az’ abe ari wo uba umwanya w’abaherezi abantu bakwiye kuzohora babakūrira: ūtanze ikimazi, ar’ inka cank’ intama, az’ ahore akūrira umuherezi igikenye c’ukuboko, n’imisaya yompi, n’ umushīshīto.


Bize bibabere icagezwe c’intahava ukw ibihe vy’urunganwe rwanyu bizogenda bikurikirana, yuko mu ngo zanyu zose mutazokwigera mugeza mu kanwa ibinure cank’ ubuseri.


Aroni n’abana biwe ubakenyeze imikanda, ubambike na twa dukofero: maze bazoba begukiye ubuherezi, kibe icagezwe c’intahava: ushikirize Aroni n’abana biwe iryo bango.


Kandi wābīre inkoro y’iyo mpfizi y’ intama yo kwinjiza Aroni mur’ iryo bango, uyizunguze, ibe ishikanwa rizungurijwe imbere yanje; iyo izoba umwanya wawe.


Uwo muri bene Aroni azohereza amaraso n’ibinure vy’ikimazi c’ishimwe, az’ abe ari we ahabga igikenye c’ukuguru kw’i buryo kuba umwanya wiwe.


Umugabane wose uzoshingūrwa ku vyēra vyose Abisirayeli bashikana, bazanira umuherezi, uz’ ube uwiwe.


Aroni aheze atange Abalewi kw ishikanwa rijungujwe imbere yanje, rishikanywe n’Abisirayeli, babe abo gukora igikorwa canje, jewe Uhoraho.


Umuherezi abizunguze, bibe ishikanwa rizungurijwe imbere yanje, jewe Uhoraho; ivyo n’ivyera bizotwara umuherezi, hamwe na ya nkoro ishikanishwa kuzunguzwa, na ca gikenye c’ukuguru kigerewe abaherezi nyene. Ivyo birangiye, uwo Munaziri abone kunywa vino.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite