Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 7:33 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Uwo muri bene Aroni azohereza amaraso n’ibinure vy’ikimazi c’ishimwe, az’ abe ari we ahabga igikenye c’ukuguru kw’i buryo kuba umwanya wiwe.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 7:33
6 Referans Kwoze  

Kandi batange ibinure vyaco vyose, ari vyo murizo uko wagahometsekw ibinure, n’urubambanda rwōrōshe amara,


Kand’ igikenye c’ukuguru kw’i buryo muze mugihe umuherezi, kibe umwanya wiwe, mugikūye ku kimazi mutanze c’ishimwe.


Kuko ya nkoro ishikanishwa kuzunguzwa, na ca gikenye c’ukuguru kigerewe abaherezi, mbishinguye ku bimazi vy’Abisirayeli vy’ishimwe, mbihaye Aroni umuherezi, n’abana biwe, kuba umuturi bazohora bashingura mu Bisirayeli ibihe vyose.


Nuk’ uwo musuku azana igikenye c’ukuguru n’inkenyūre zaco, agitereka imbere ya Sauli. Maze Samweli aravuga, at’ Ehe ngibi ivyo wateguriwe; shirak’ ufungure, kukw ari wewe wabiteguriwe gushitsa iki gihe cāshinzwe, kugira ng’ usangire n’ abandi bāhamagawe. Nuk’ uwo musi Sauli asangira na Samweli.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite