29 ati Barira Abisirayeli, ut’ Ūzompa ikimazi c’ishimwe, az’ anshikanire ishikanwa arikūye kur’ ico kimazi ciwe c’ishimwe nyene.
Ariko tugendeye mu muco, nk’uko na yo iri mu muco, tuba dufatanije ubgacu, kand’ amaraso ya Yesu Umwana wayo atwoza icaha cose.
kandi yahimbawe no kumuha kwuzuza vyose na yo, ar’ ivyo mw isi, ar’ ivyo mw ijuru, izanishije impore amaraso yo ku musaraba wiwe.
Uhoraho abarira Mose,
n’ivy’imituri abaherezi bāgenewe ku bimazi vy’abantu. Iy’ umuntu atanze ikimazi, inyama zigitētswe, umusuku w’ umuherezi yaraza, afise icuma mu ntoke cārura inyama c’ingobe zitatu;
Iki ni co cagezwe co ku kimazi c’ishimwe umuntu azonshikanira.
bafasha ivyo binure ku nkoro z’ivyo bimazi; araheza yosereza ivyo binure ku gicaniro,