Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 7:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Umuntu wese azobugeza mu kanwa, ubg’ ari bgo bgose, uwo muntu az’ acibge mu bgoko bgabo.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 7:27
7 Referans Kwoze  

Mugira ng’umuntu ntazoba akwiye guhanwa ibirushirije cane, asiribanze Umwana w’Imana, akiyumvira amaraso y’isezerano yamwejeje kw ar’ igihumane, agacokora Mpwemu w’ubuntu?


Kuk’ ūzorya wese ku binure vy’ibitunzwe, kand’ ari vyo abantu batangakw ibimazi banshikanira vyo gutongorwa n’umuriro, umuntu azoramuka abiriyeko az’ acibge mu bgoko bgabo.


Ntimuze mwigere mugeza ubuseri mu kanwa mu ngo zanyu zose, ar’ ubg’ ibiguruka, cank’ ubg’ ibitunzwe, cank’ ubg’ ibikōko.


Uhoraho abarira Mose,


Kand’ umuntu wese wo mu nzu ya Isirayeli, canke wo mu banyamahanga baba muri bo, azokwigera ageza ubuseri mu kanwa, nzohoza igitsūre canje kur’ uwo muntu yariye ubuseri, ndamurandure mu bgoko bgabo.


Baca babibarira Sauli, bat’ Ereg’ abantu baracumuye k’Uhoraho, kuko bariko bararya inyama amaraso akirimwo. Arababgira, ati Murahemutse; ni muntembagarize hano ibuye rinini.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite