Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 7:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 ati Barira Abisirayeli, uti Ntimuze mwigere murya ku binure, ar’ ivy’ inka, canke vy’intama, canke vy’ impene.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 7:23
11 Referans Kwoze  

Tugendane ingeso nziza, nk’abagenda ku murango, tutadandahirwa, tutaborerwa, tudasambana, tudakora ivy’ isoni nke, tudatongana, tutagira ishari.


Kuko namba mwitondera ivy’ akameremere kanyu, ntimuzobura gupfa: ariko ni mwica ivy’ umubiri ukora, muvyicisha impwemu, muzobaho.


Kuk’ umutima w’ubu bgoko ucuramye, Amatwi yabo akaba ari bihurugutwi, Amaso yabo bakayahumiriza: Ngo ntibarābishe amaso, Ntibumvishe amatwi, Ntibatahurishe imitima, Ngo bahindukire, Mbakize.


Ngo N’iki gituma mutimamukira ibimazi vyiwe n’amashikanwa yiwe, ivyo yashinze ko bamuzanira mu ngoro yiwe, ng’ Ukūbaha abahungu bawe kubamurutisha, mukīgaburira ibinoboye vyo mu bimazi vyose abantu biwe b’Abisirayeli bamushikanira, mukīvyibuhira?


Zimwe zārya ibinure vy’ibimazi vyabo, Zikanywa vino z’ibiturire bāshikana? Ni zihaguruke zibatabare, Zibe ari zo zibakingira!


Uwo muherezi aheze amije amaraso ku gicaniro canje kiri ku muryango w’ihema ry’ibonaniro, yose ibinure ngo bibe umubabge ummotera neza.


Uhoraho abarira Mose,


Abe ari ko muzokora no ku nka zanyu no ku ntama zanyu: iy’ uburiza iz’ imarane na nyina imisi ndwi, ku musi ugira umunani muze muyimpe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite