Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 7:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Kandi kur’ iryo shikanwa ryiwe ry’udutsima tw’ uburyo bgose, az’atangeko kamwe‐kamwe kw ishikanwa angereye jewe Uhoraho; rize ribe umuturi w’umuherezi amija amaraso y’ico kimazi c’ishimwe.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 7:14
10 Referans Kwoze  

Amashikanwa yose ngerewe yo mu vyera, ayo Abisirayeli bazonshikanira jewe Uhoraho, ndayaguhaye, mwe n’abahungu bawe n’ abakobga bawe, abe umuturi wanyu w’intahava. Iryo n’isezerano ritazohinduka imbere yanje kugeza ibihe bidashira, usezeraniwe, mwe n’uruvyaro rwawe.


Nuko Mose ashikiriza Eleyazari umuherezi izo ndogōzo, ni ryo shikanwa ryari rigerewe Uhoraho, nk’uk’ Uhoraho yari yaramubariye.


ubikūre mu gitigiri cabo, ubihe Eleyazari umuherezi, bibe ishikanwa munshikaniye.


Umuherezi ahereje ico kimazi co gutangirwa ivyaha az’ abe ari we akirya: kize kirīwe ahantu hēra, ni ho mu rugo rw’ihema ry’ibonaniro.


Murābe Abisirayeli ku rukoba: abarya ikimazi, mbega ntibasangira n’igicaniro?


Az’ agire umugabane ungana n’uw’ abandi ku vyo kurya, ukūye ivyo yaguze itongo yarazwe na se.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite