Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 7:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Iki ni co cagezwe co ku kimazi c’ishimwe umuntu azonshikanira.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 7:11
12 Referans Kwoze  

mutange n’umwagazi w’intama umwe‐umwe ukūwe mu mukuku w’amajana abiri‐abiri, mu mikuku y’imiryango y’Abisirayeli; ivyo vyose bize bibe ishikanwa ry’ amafu, n’ikimazi co kwoswa, n’ ibimazi vy’ishimwe, kugira ngo batangirwe impongano, ni k’ Umwami Uhoraho agize.


Ishikanwa ryose ry’ifu, ar’ ivanze amavuta cank’ itavanze, rizoba irya bene Aroni bose, barigabangane.


n’amapfizi abiri y’inka, n’amapfizi atanu y’intama, n’ay’ impene atanu, n’amasuguru y’intama atanu atarengeje umwaka, vyo kuba ikimazi c’ishimwe; iryo ni ryo shikanwa rya Netaneli mwene Suwari.


Maz’ asana igicaniro c’Uhoraho, agitangirakw ibimazi vy’ishimwe n’ivyo gukenguruka, kand’ agera kw Abayuda basaba Uhoraho Imana y’Abisirayeli.


Ati Nari nsanzwe nkwiye gutanga ikimazi c’ishimwe: Non’ uyu musi nashikije ivyo nasezeranye.


Mbere naho mwonshikanira ibimazi vyoswa n’amashikanwa y’amafu, sinzovyemera; kand’ ibimasa vyanyu binuze muzanakw ibimazi vy’ ishimwe, sinzobishirako n’ijisho.


ati Barira Abisirayeli, ut’ Ūzompa ikimazi c’ishimwe, az’ anshikanire ishikanwa arikūye kur’ ico kimazi ciwe c’ishimwe nyene.


Umusi mugitanzeko abe ari wo kirīrwako nyene, bo na bukeye bgaho; ariko ni hagira ikizoshitsa ku musi ugira gatatu, kize giturirwe.


Kandi ni mwampa ikimazi co gukenguruka, mugitange uburyo butuma mwemerwa.


Maze Hezekiya arababarira, ati None ko mwirobanuriye Uhoraho, mwīgire hafi, muzane ibimazi n’amashikanwa yo gukenguruka mu ngoro y’Uhoraho. Nukw iryo koraniro rizana ibimazi n’amashikanwa yo gukenguruka; n’abāri bafise imitima ikunze bose bazana ibimazi vyo kwosa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite