Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 7:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Ishikanwa ryose ry’ifu, ar’ ivanze amavuta cank’ itavanze, rizoba irya bene Aroni bose, barigabangane.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 7:10
4 Referans Kwoze  

Ariko n’ukugira ngo munganye, ngw ibisāgutse kuri mwebge mur’ iki gihe bimare ubukene bgabo, kandi ngw ibizobasāguka na bo bize bimare ubukene bganyu, munganye.


Babigeze kuri ya ngero yitwa omeru, uwegeranije vyinshi asanga nta co asāguye; uwegeranije bike asanga nta co akehaniwe: umuntu wese asanga yegeranije ibihwanye n’igisa ciwe.


Ishikanwa ryose ry’ivyakozwe mw ifu vyokejwe mu ziko, n’ibindi vyose vyakozwe mw ifu bikaranganywe n’amavuta, bo n’ivyataraguwe ku cuma gikaranga, bizoba ivy’ umuherezi abihereje.


Iki ni co cagezwe co ku kimazi c’ishimwe umuntu azonshikanira.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite