Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 4:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 babikūre nk’uko nyene bahora babikūra ku masa y’ikimazi c’ishimwe; uyo muherezi avyosereze ku gicaniro co kwoserezakw ibimazi.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 4:10
3 Referans Kwoze  

n’amafyigo yompi, n’ibinure bihometse kuri yo, ahahereranye n’umurya, n’agashami gatoya k’igitigu, agakūrane n’amafyigo,


Kand’ urusato rw’iyo masa, n’inyama zayo zose, hamwe n’umutwe wayo, n’ibikenye vy’amaguru, n’amara yayo, n’amayezi yayo,


Maz’ ico kimazi ciwe c’ishimwe agikūrekw ishikanwa anshikanira ryo gutōngōrwa n’umuriro, ribe urubambanda rwōrōshe amara, n’ibinure vyose bihometse ku mara,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite