Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 27:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Umuntu ni yarobanura igice co kw itongo ryo mw ishamvu yiwe, akakimpa, mu kuhacira uz’ urīmbūre imbuto yohabibga ukw ingana: ni haba hokwirwa n’ ingero yitwa homeru ya sayiri, uhacire shekeli z’ifeza mirongwitanu.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 27:16
7 Referans Kwoze  

Ukiyifise ntiyar’ iyawe? Kand’ umaze kuyigura, ibiguzi vyayo ntuba warabikoze uk’ ugomba? N’iki catumye wīgīra ingingo mu mutima wawe gukora urtyo? S’abantu uhenze, Imana ni yo uhenze.


Nuko ndamutangakw intete z’ifeza cumi na zitanu, n’ingero yitwa homeru ya sayiri imwe n’igice.


Kukw imirima cumi y’imizabibu izoreta umubindi umwe, kand’ igisamba cagezwemw’ imbuto kizozana inkōko gusa.


Arik’ uwayirobanuye akayitanga, ni yagomba kuyicungurira, ayigerekeko n’ikingana n’ikigira gatanu cayo, nk’uko yaciriwe, ibone kuba iyiwe.


Nuko ni yahēra mu mwaka wa yubile, akarobanura iyo ndimiro yiwe, haze hagume ico giciro waciriye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite