Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 27:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Kandi ni caba ar’ igitunzwe co mu bisanzwe bizira, co mu vyo batāhora bampakw ibimazi, az’ akijane imbere y’umuherezi;

Gade chapit la Kopi




Abalewi 27:11
4 Referans Kwoze  

Arik’ umuntu w’ingunge aravumwe, afise isukurume mu mukuku wiwe yasezeranye kuyishikana, maz’ agashikanira Umwami Imana iyifise agasembga; kuko nd’Umwami ahambaye, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize, kand’ izina ryanje riteye ubgoba mu banyamahanga.


Ntihaze hagire ūjana mu ngoro y’Uhoraho Imana yanyu ibihērewe maraya, cank’ ibihērewe umugabo yendwa, ngw abishikishe isezerano iry’ ari ryo ryose: kukw ivyo vyompi ar’ ubuyobe k’Uhoraho Imana yanyu.


Ntaz’ akiguze ico bidahuje, canke ngw agikābe ikindi, ari ciza ngw agikābe ikibi, cank’ ari kibi ngw agikābe iciza: na ho ni yagikāba ikindi, icākābge bo n’ico yagikāvye, vyompi bizoba ivyera.


uwo muherezi agicire igiciro kimaze, gihwanye n’ukw ari ciza cank’ ari kibi; igiciro uwo muherezi azogicira, kize kibe ico.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite