Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 27:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Ntaz’ akiguze ico bidahuje, canke ngw agikābe ikindi, ari ciza ngw agikābe ikibi, cank’ ari kibi ngw agikābe iciza: na ho ni yagikāba ikindi, icākābge bo n’ico yagikāvye, vyompi bizoba ivyera.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 27:10
5 Referans Kwoze  

kukw ar’ umuntu w’imitima ibiri, adāguza mu nzira ziwe zose.


Ni caba ar’ igitunzwe co mu vyo basanzwe bampakw ibimazi, ic’ ari co cose co muri ben’ ivyo umuntu azonshikanira jewe Uhoraho, ico kizoba icera.


Kandi ni caba ar’ igitunzwe co mu bisanzwe bizira, co mu vyo batāhora bampakw ibimazi, az’ akijane imbere y’umuherezi;


Kandi ntibaze bagire aho bagura kuri wo, canke ngo bahakābe, kand’ uwo mugabane mwiza w’igihugu ntuz’ uhabge abandi, kukw ar’ uwera, urobanuriwe Uhoraho.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite