Abalewi 26:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Igihe cose kikir’ amatongo kizoruhuka ukuruhuka kitigeze kuruhuka ku masabato yanyu mukikibamwo. Gade chapit la |
Nuko rero, uku ni ko mvuze, jewe Uhoraho, nti Ntimwanyumviye, ngo mutange umwidegemvyo, ng’ umuntu wese arekure mwene wabo, umuntu wese arekure mugenzi we: nuko rero nanje ntanze umwidegemvyo kuri mwebge, ni jewe Uhoraho mbivuze, w’inkota n’ikīza n’inzara; kandi nzotuma mutererekanywa irya n’ino mu bihugu vy’ abami bose bo mw isi.