Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 26:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Muzorya ibigugu vyahitikiranye, kandi muzodaha ibihitira kugira ngo mubone aho mwimburira ivyeze.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 26:10
5 Referans Kwoze  

Mu mwaka ugira umunani ni ho muzorima, kandi muzoba murya ibigugu vyahitikiranijwe; mbere muzoba murya ivyahitikiranijwe gushitsa mu mwaka ugira icenda, mu gihe c’iyimbura.


Yiyumvira mu mutima wiwe, ati Ndagira nte, ko ntagira aho nimburira imirima yanje?


Ut’ Ariko weho Hezekiya, iki ni co kizokubera ikimenyamenya: uyu mwaka muzorya ivyimejeje ubgavyo, mu mwaka ugira kabiri muzorya utunagano twavyo, mu mwaka ugira gatatu muze mubibe, mwimbure, mutere inzabibu, muziryeko.


Bukeye, umusi wa Pasika ushize, barya ivyeze mur’ ico gihugu, bacumba udutsima tutambiwe, barya n’ impeke zikaranze.


Imbuga zizokwuzurakw ingano, n’amāto azobōgabōga vino n’amavuta ya elayo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite