Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 25:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 kandi n’ibiragirano vyanyu n’ibikōko vyo mu gihugu canyu, ivyimeza vyaco vyose bizobibera ivyo kurya.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 25:7
3 Referans Kwoze  

Mugabo, ivyo mu gihugu vyapfuye kwimeza mur’ ico gihe c’isabato yaco ni vyo bizoba ivyo kurya vyanyu, mwe n’abagurano banyu, n’abaguranokazi banyu, n’ abakozi banyu b’abacangero, n’ abanyamahanga baba muri mwebge;


Iyo myaka yabaye nk’isabato, muharūre ayo masabato murumye ndwi, muyirumye imyaka ndwi ibihetangabo ndwi; ico gihe muzosanga harimw’ amasabato ndwi y’imyaka, ni yo myaka mirongwine n’icenda.


Mu myaka itandatu mwame murima indimiro zanyu, mwimbure ivyimburwa vyazo;


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite