Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -

Abalewi 25:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Ivyimeza bikurikiye ivyo mwimbuye ntimuze muvyimburire mu bigega, canke ngo mwimbure inzabibu zo ku mizabibu yanyu idatūtūriye: uwo mwaka uz’ ubere igihugu uwo kuruhuka bihebuje.

Gade chapit la Kopi

Abalewi 25:5
5 Referans Kwoze  

Ut’ Ariko weho Hezekiya, iki ni co kizokubera ikimenyamenya: uyu mwaka muzorya ivyimejeje ubgavyo, mu mwaka ugira kabiri muzorya utunagano twavyo, mu mwaka ugira gatatu muze mubibe, mwimbure, mutere inzabibu, muziryeko.

Arik’ umwaka ugira indwi uz’ ubere igihugu nk’isabato yo kuruhuka bihebuje, nk’isabato yo kunyubaha jewe Uhoraho: ntimuze muwurimemwo mu ndimiro zanyu, ntimuze muwutūtūriremw’ imizabibu yanyu.

Mugabo, ivyo mu gihugu vyapfuye kwimeza mur’ ico gihe c’isabato yaco ni vyo bizoba ivyo kurya vyanyu, mwe n’abagurano banyu, n’abaguranokazi banyu, n’ abakozi banyu b’abacangero, n’ abanyamahanga baba muri mwebge;

Uwo mwaka ugira mirongwitanu uze wame ubabera uwa yubile; ntimuze muwurimemwo, canke ngo mwimburire mu bigega ivyimejeje muri wo, canke ngo mwimbure inzabibu zo ku mizabibu itātūtūriye.

Swiv nou:

Piblisite

Piblisite