Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 25:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Arik’ umwaka ugira indwi uz’ ubere igihugu nk’isabato yo kuruhuka bihebuje, nk’isabato yo kunyubaha jewe Uhoraho: ntimuze muwurimemwo mu ndimiro zanyu, ntimuze muwutūtūriremw’ imizabibu yanyu.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 25:4
6 Referans Kwoze  

kwar’ ukugira ngw ijambo Uhoraho yavugiye mu kanwa ka Yeremiya rishike, igihugu gishumbushwe amasabato yaco; igihe cose camaze kikir’ amatongo, cariko kiziririza amasabato yaco, gushitsa kimaze imyaka mirongwirindwi.


Mber’ ico gihugu bazoba barakivuyemwo, gishumbushwe ya masabato yaco, gisigare ar’ imisaka batakikibamwo; na bo bazoba barīmbūtse, bemeye yukw ibihano bāhanwe ar’ ivyazanywe n’ibigabitanyo vyabo, kuko banse ivyagezwe vyanje, bakazinukwa amabgirizwa yanje.


Ivyimeza bikurikiye ivyo mwimbuye ntimuze muvyimburire mu bigega, canke ngo mwimbure inzabibu zo ku mizabibu yanyu idatūtūriye: uwo mwaka uz’ ubere igihugu uwo kuruhuka bihebuje.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite