Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 25:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Uwo mwaka ugira mirongwitanu uze wame ubabera uwa yubile; ntimuze muwurimemwo, canke ngo mwimburire mu bigega ivyimejeje muri wo, canke ngo mwimbure inzabibu zo ku mizabibu itātūtūriye.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 25:11
5 Referans Kwoze  

Nuko ni yahēra mu mwaka wa yubile, akarobanura iyo ndimiro yiwe, haze hagume ico giciro waciriye.


Muze murobanure uwo mwaka ugira mirongwitanu, mutāngāze mu gihugu cose ko habaye umwidegemvyo w’ abantu bose bo muri co: uwo mwaka uz’ ubabere uwa yubile; umuntu wese muri mwebge aheze agaruke mw itongo ryiwe, kand’ umuntu wese agaruke mu b’i wabo.


Kukw ar’ umwaka wa yubile; uze wame ubabera uwejejwe; muzotungwa n’ivyimeza vyo muri wo, vyimejeje mu ndimiro.


Ut’ Ariko weho Hezekiya, iki ni co kizokubera ikimenyamenya: uyu mwaka muzorya ivyimejeje ubgavyo, mu mwaka ugira kabiri muzorya utunagano twavyo, mu mwaka ugira gatatu muze mubibe, mwimbure, mutere inzabibu, muziryeko.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite