Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 23:44 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

44 Nuko Mose amenyesha Abisirayeli imisi mikuru y’Uhoraho ishinzwe iy’ ari yo.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 23:44
5 Referans Kwoze  

Kukw aho babiri canke batatu bazoba bakoraniye mw izina ryanje, nanje nzoba ndi hagati muri bo.


Nukw ivyo vyose Mose abibarira Aroni n’abana biwe n’Abisirayeli bose.


Iyo ni yo misi mikuru yanje jewe Uhoraho; mukwiye kuyitāngāza kw ar’ iyo gukorana kwera, no kuyinshikanirakw ibimazi vyo gutōngōrwa n’umuriro, vy’ivyo kwoswa, n’amashikanwa y’ivyakozwe mw ifu, n’ibimazi bindi, n’amashikanwa y’ibiturire, ibintu vyose ku musi wavyo, uko vyashinzwe;


Uhoraho abarira Mose,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite