Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 23:43 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

43 kugira ngw ab’ urunganwe rwanyu, uko ruzogenda rukurikirana, bamenye yuko nabesheje Abisirayeli mu nsago, hamwe nabakūra mu gihugu ca Egiputa; nd’ Uhoraho Imana yanyu.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 23:43
6 Referans Kwoze  

Kandi mu bana banyu ni hagira ūbaza se, mu gihe kizoza, at’ Ibi n’ibiki? az’ amwishure, at’ Uhoraho yadukūye muri Egiputa, mu nzu y’ubuja, adukūjeyo ubushobozi bginshi.


ati Barira Abisirayeli, uti Ku musi ugira icumi na gatanu w’ukwo kwezi kw’indwi nyene, ni ho hazoba umusi mukuru wo kunyubaha w’insago: iz’ ibe imisi mikuru gushitsa indwi.


Iyo myaka ukw ar’ amajana ane na mirongwitatu ishize, kur’ uwo musi nyene, amasinzi yose y’ ingabo z’Uhoraho ava mu gihugu ca Egiputa.


Nuko kur’ uwo musi nyene, Uhoraho akūra Abisirayeli mu gihugu ca Egiputa, ukw imitwe y’ingabo zabo yangana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite