Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 23:37 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Iyo ni yo misi mikuru yanje jewe Uhoraho; mukwiye kuyitāngāza kw ar’ iyo gukorana kwera, no kuyinshikanirakw ibimazi vyo gutōngōrwa n’umuriro, vy’ivyo kwoswa, n’amashikanwa y’ivyakozwe mw ifu, n’ibimazi bindi, n’amashikanwa y’ibiturire, ibintu vyose ku musi wavyo, uko vyashinzwe;

Gade chapit la Kopi




Abalewi 23:37
6 Referans Kwoze  

ati Barira Abisirayeli, ut’ Iyi ni yo misi mikuru yiwe ishinzwe mukwiye kuzotāngāza kw ar’ iyo gukorana kwera; imisi mikuru yiwe ishinzwe n’iyi:


Iyi ni yo misi mikuru yanje Uhoraho ishinzwe yo gukorana kwera, mukwiye kuzotāngāza igihe cayo kigeze:


Ikintu cose cashingiwe igihe caco, kand’ igikorwa cose musi y’ijuru gifise akanya kaco:


kand’ ivyo ntibikwiye kubabuza kwitondera amasabato yanje, canke gushikana amashikanwa yanyu, canke gushikana ayo gushitsa amasezerano yose mwasezeranye, canke kunshikanira ivyo mutanze vyose muvyigombeye.


Nuko Mose amenyesha Abisirayeli imisi mikuru y’Uhoraho ishinzwe iy’ ari yo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite