Abalewi 23:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 at’ Umusi ugira icumi w’ukwo kwezi nye ne kw’indwi ni wo musi w’impongano: uz’ ubabere uwo gukorana kwera, muze mwame mwibabaza, kandi muze muwunshikanirekw ikimazi gitōngōrwa n’umuriro. Gade chapit la |