Abalewi 23:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Kandi ni mwimbura ivyimburwa vyo mu gihugu canyu, ntimuze muherengeteze rwose gushwābūra ivyo ku mibari y’imirima yanyu, kandi ntimuze muhumbe uduhumbga tw’ivyo mwimbuye: muze mubisigarize aboro n’abanyamahanga: nd’ Uhoraho Imana yanyu. Gade chapit la |