Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Abalewi 23:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Mutange n’isuguru y’impene kw ikimazi gitangirwa ivyaha, n’amasuguru abiri y’intama atarengeje umwaka, kw ikimazi c’ishimwe.

Gade chapit la Kopi




Abalewi 23:19
10 Referans Kwoze  

Muze mutange n’impfizi y’impene imwe yo kubabera impongano.


Umwe atigeze kumenya icaha, Imana yamuhinduye icaha kubgacu, kugira ngo muri we duhinduke ukugororoka kw’Imana.


Ic’ ivyagezwe bitāshoboye gukora kuko bifise intege nke kubg’ akameremere kacu, Imana yatumye Umwana wayo, afise ishusho y’umubiri w’icaha, kuba ikimazi c’icaha, itsindisha icaha kiri mu mubiri,


uti Namb’ ico caha kizoba gikozwe mu buryo butar’ ubg’ ibigirankana, ishengero ritabizi, ishengero ryose rize ritange ishuri y’umukangara kw ikimazi co kwoswa, kibe umubabge ummotera neza, jewe Uhoraho, bagitangane n’ishikanwa bigendanye ry’ifu, n’iry’ ibiturire, nk’uko vyashinzwe, batange n’isuguru y’impene kw ikimazi co gutangirwa ivyaha.


Aheze akerere ya mpene y’ikimazi co gutangirwa ivyaha vy’abantu, yinjirane amaraso yayo hirya ya ca gihuzu, ayagenze nk’uko yagenjeje amaraso ya ya masa, ayacucagire kuri wa mutemere wo guhongerako, bo n’imbere yawo.


Kandi hamwe n’iyo mitsima mushikane abana b’intama ndwi batagira agasembga, batarengeje umwaka, bo n’imasa y’umukangara, n’impfizi z’intama zibiri; bibe ikimazi coswa nshikaniwe jewe Uhoraho, bizananwe n’ishikanwa ry’ivyakozwe mw ifu, n’iry’ ibiturire, bibe ikimazi gitōngōrwa n’umuriro, umubabge ummotera neza.


Umuherezi abizunguzanye na ya mitsima yo ku vyimburwa vy’umushuzo, bo na ba bana b’intama bompi, bibe ishikanwa rizungurijwe imbere yanje: bibe ivyera kuri jewe, bihabge umuherezi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite