Abalewi 23:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Kandi ntimuze mugire umutsima w’iyo fu murya, cank’ impeke muhekenya, ar’ izikaranze canke mbisi, uwo musi utarashika, ngo muzane iryo shikanwa ryanje Imana yanyu: iryo rize ribabere ibgirizwa ry’intahava mu ngo zanyu zose, no ku runganwe rwanyu, uko ruzogenda rukurikirana. Gade chapit la |
Mw ihema ry’ibonaniro, hino ya ca gihuzu gikingiye vya Bishinga intahe, abe ari ho Aroni n’abana biwe bazokwama baritunganiriza, kugira ngo rize ryame ryaka imbere yanje, jewe Uhoraho, rihēre ku mugoroba rishitse mu gitondo. Iryo rize ribe ibgirizwa ry’intahava ryo kwitonderwa n’Abisirayeli ukw ibihe vy’urunganwe rwabo bizogenda bikurikirana.